Amatati y'uburagiro yatwaye 5 muri Kenya

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP

Ubu bwicanyi ngo bwandurutse ku matati y'uburagiro yari ahasanzwe.

Abantu 11 bari bitaro, bakomerekejwe n'imyampi.

Aba hafi y'igisagara ca Kibigori bavuze igipolisi kitakoze ibikwiye mu guhagarika ico gitero.