Twandikire

Tubasavye kutwandikira mutubwira uko mubona ivyo tubashikiriza kuri telefone ngendanwa.

Ariko twobamenyesha ko tudashobora kubasubiza igihe cose mutwandikiye.

Mushobora kuturungikira email z'ico mubivugako, ibibazo vyanyu hamwe n'ivyo mushikiriza kuri greatlakes@bbc.co.uk

Mumenye yuko iyi aderese ya email ari iyo kuturungikira ivyiyumviro vyanyu ku vyo BBC mobile ibashikiriza, vyo nyene.