Gira icyo uvuga ku Imvo n'Imvano 30/10/2010

Imvo n'imvano izavugana na Jean Baptiste Gahimbare, umushikiranganji ushinzwe intwaro ibereye, ku kibazo cyo kurwanya igiturire mu Burundi.

Niba hari icyo ushaka kuvuga, twandikire kuri imvo@bbc.co.uk, cyangwa telefona kuri BBC Bujumbura tel:22241598

Ntugire ikibazo cya telefoni tuzaguhamagara.