Nelson Mandela yatewe iteka na benshi igihe yatabaruka
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Nelson Mandela

Image caption Nelson Mandela

Kw'italiki zitatu z'ukwa kabiri mu 1962, Nelson Mandela yashikirije ijambo ryiwe rya mbere iAddis Abeba muri Ethiopia.

Yahamagarira abategetsi ba Afrika gushigikira ANC, yari ihejeje gutanguza ishami rya gisirikare.

Bwana Mandela yari yavuye muri Afrika y'epfo yihisha, amara amezi indwi agendagenda ku mugabane wa Afrika.

Atahutse muri Afrika y'epfo yaciye atabwa muri yompi.

Ibi ni bimwe mw'ijambo yashikirije.