Mandela
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umurage wa Mandela

Image caption Nelson Mandela, mu 1962 ayobora ANC

Kuwa 11 z'ukwezi kwa mbere mu 1962, Nelson Mandela yavuye muri Afrika y'epfo aja mu bihugu vyo ku mugabane wa Afrika, asaba ko umugambwe ANC ushigikirwa.

Yagendeye ibihugu 14, harimwo Tanzania, aho yibagiriye ibirato.

Vicky Swai arasobanura uko yazigamye ivyo birato vya Nelson Mandela yamaranye imyaka 33.