Akaguma hagati y'abakirisu n'abayislamu
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Indyane muri CAR

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Umusigiti wasambuwe n'abakirisu muri Bangui

Imvururu zishingiye ku madini muri Centreafrique zageze kure, aahvugwa ko habereye ibikorwa byo kurya abantu mu murwa mukuru Bangui.

Umugabo w'umuyisilamu yishwe n'ikivunge cy'abakirisitu, umwe muri abo arya uwo mugabo abantu babona. Yabwiye BBC ko yahoreraga abavandimwe bahohotewe. Hizewe ko leta nshya izabasha guhagarika izo mvururu. Inkuru ya Paul Wood uri Bangui.