Abana muri Zaire bahunze genoside yo mu Rwanda mu 1994
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umugabo w'intwari mu Rwanda

Inkuru ya Kapitene Mbaye Diagne, intwari yakijie abarenga amajana atandatu muri jenoside.

Nyuma y'imyaka 20 jenoside ibaye mu Rwanda, umunyamakuru wa BBC, Mark Doyle, yasubiye mu Rwanda.

Aha agaruka ku nkuru ya Captain Mbaye Diagne, umusirikare wa ONU yakijije benshi.