Abarwanyi ba Al Shabaab
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Igitero ca Al Shabaab i Mpeketoni

Umugwi w'abarwanyi ba ki Islam wo muri Somalia, Al Shabaab, wemeje ko ariwo wagavye igitero mu muji uri mu buseruko bwa Kenya, kigahitana abashika 48.