Pansiyo muri Afrika
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Inama idasanzwe kuri Pansiyo

Inama mpuzamakungu idasanzwe ku kibaza ca pansiyo, ibera ku shuro ya mbere muri Afrika, i Abuja muri Nigeria.

None pansiyo ni iki, canke ninde ashobora kuyihabwa muri Afrika yo munsi y'ubugaragwa bwa Sahara?