Man United yanganije na Stoke City 1-1

Anthony Martial ariko arigina igitego ca mbere Uwufise ububasha kw’isanamu REUTERS
Image caption Anthony Martial ariko arigina igitego ca mbere

Umugwi wa Manchester United unganije na Stoke City igitego ku kindi mw’ihiganwa ryo mu Bwongereza.

Igitsindo ca Man Utd cinjijwe na Anthony Martial ku munota wa 61 mu gihe ica Stoke cinjijwe na Joe Alleen ku munota wa 81.

Mu zindi nkino, Man City iza kw’isonga gushika ubu iratana mu mitwe na Tottenham, Leicester City ifise igikombe co mu mwaka uheze ikina na Southmpton hanyuma Burnley na yo bahure na Arsenal.

Uwufise ububasha kw’isanamu REUTERS
Image caption Igitego ca Stoke cinjijwe na Joe Allen