Guhatanira itike y'irushanwa ry'igikombe cy'isi

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty Images
Image caption Espagne yatsinze Isiraheli 4-1

Mu gihe imikino yo guhatanira itike y'igikombe cy'isi kizabera mu Burusiya umwaka utaha ikomeje kuri kino cyumweru, dore uko amwe mu makipe yatsindanye kuwa gatandatu:

Espagne 4-1 Israel

Portugal 3-0 Hongrie

Ububirigi 1-1 Ubugereki

Bulgaria 2-0 Ubuholandi

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty Images
Image caption Ubuholandi ubu buri ku mwanya wa kane mu itsinda burimo rya A

Luxembourg 1-3 Ubufaransa

Ubutaliyani 2-0 Albania

Kosovo 1-2 Iceland

Brazil 4-1 Uruguay

Argentina 1-0 Chile

Colombia 1-0 Bolivia

USA 6 Honduras 0