FIFA irega Havelange ubusuma bw'amafaranga

Uwufise ububasha kw’isanamu BBC World Service
Image caption Haveland Teixeira

Impapuro FIFA ishingirako zirega Jaoa Havelange n' umukwe wiwe gutwara umushahara udaciye mu mategeko wa miliyoni 20 z'amafaranga ya Swisse.

Ayo mafaranga yanyurujwe hagati y'umwaka wa 1992 na 2000,akagereranywa ko angana na 22 000 000 000 USD, bahawe n'ishirahamwe ryakorana na FIFA ISL nk'umushahara.

Izo mpapuro zashizwe ahagaragara gatoya inyuma y'aho sentare yo muri Swisse isabiye FIFA gutanga amazina y'abgize uruhara mur'ubwo bususma.