Umurwi Chelsea witwariye Mark Clattenburg

Ibiherutse kuvugururwa: 29 ukwa cumi, 2012 - 14:31 GMT

Mark Clattenburg

BBC imaze kumenya ko bimwe mu vyo umurwi Chelsea wagiriza umuhagarikizi Mark Clattenburg bifatiye ku mvugo ivangura.

Ishirahamwe rigenga uyu muhagarikizi rivuga ko ryafashe ivyo birego nka nkama, kandi ko bwana Clattenburg azokorana neza n'abajerjwe kurondera ukuri kur'ico kibazo kugira ivyabaye bimenyekane.

Ivyo bishitse mu gihe hari hasanzwe impari ku buryo ikibazo c'amacakubiri afatiye ku rukoba covanwaho mu nkino.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.