Man City ntiteganya kugurisha Balottelli

Ibiherutse kuvugururwa: 29 ukwa cumi na rimwe, 2012 - 13:43 GMT
Mario Balotelli

Mario Balotelli

Umutoza w'ikipe ya Manchester City, Roberto Mancini, yatangaje ko nta gahunda afite yo kugurisha Mario Balotelli nyuma yaho uyu mukinnyi ukomoka mu Butaliyani atsindiye igitego mu bitego 2-0 iyi kipe yatsinze Wigan.

Hari amakuru yagiye avuga ko Balotelli ashobora gusubira mu kiciro cya mbere cy'umupira w'amaguru mu Butaliyani nyuma yaho umutoza atamukinishije mu ntangiriro y'iyi shampiyona.

Abakinnyi ba Man City, Sergio Aguero, Edin Dzeko na Carlos Tevez bagiye baza imbere y'uyu mukinnyi w'imyaka 22 mu kwinjizwa mu kibuga mbere yuko amara igihe adakina kubera kubabara mu mugongo.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.