Azarenka yatsinze Australian Open

Ibiherutse kuvugururwa: 26 ukwa mbere, 2013 - 12:43 GMT
Victoria Azarenka

Victoria Azarenka

Victoria Azarenka wo muri Belarus yatsinze ihiganwa rya Tennis rya Australian Open mu rwego rw'abagore mu gutsinda Li Na wo mu Bushinwa ku set zitatu.

Uwo mukinyi ari ku kibanza ca mbere kw'isi, yagumanye ico gikombe yari yatsindiye mu mwaka uheze naho yabanje gutsindwa set ya mbere.

Li Na yaguye ku buryo busanzwe ku set ya kabiri, aca ashirwako igifuko ku kirenge imbere y'uko abandanya urukino yahavuye atsindwa.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.