Martinez: Wigan yari ikwiye igikombe

Ibiherutse kuvugururwa: 12 ukwa gatanu, 2013 - 10:51 GMT
Umumenyereza wa Wigan, Roberto Martinez

Umumenyereza wa Wigan, Roberto Martinez

Umumenyereza wa Wigan avuga ko umugwi wiwe wari ukwiye igikombe nyuma yo gutsinda Manchester City 1-0 mu rukino rwanyuma rwa FA Cup mu Bwongereza.

Igitsindo cinjijwe ku munota wa nyuma na Ben Watson, cahaye Wigan intsinzi ya mbere ikomeye mu mateka y'uwo mugwi umaze imyaka 81 ushinzwe.

Martinez yavuze ko Wigan yakinye neza cane.

Ariko Wigan ishobora gukenera gutsinda imikino yose ibiri isigaje kugira ntimanuke ikava muri Premier League.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.