Uko bazokina muri Champions League

Gutora amakipe azohura miri Champions League Uwufise ububasha kw’isanamu Getty
Image caption Gutora amakipe azohura miri Champions League

Uko amakipe azokina mw'ihiganwa rya Champions League mu mupira w'amaguru ku mugabane wa Buraya vyamenyekanye mw'itombora yabaye uno munsi.

Ng'uku uko imigwi itororokanije:

Umugwi A: Atletico Madrid, Juventus, Olympiakos, Malmo

Umugwi B: Real Madrid, Basel, Liverpool, Ludogorets Razgrad

Umugwi C: Benfica, Zenit St Petersburg, Bayer Leverkusen, Monaco

Umugwi D: Arsenal, Borussia Dortmund, Galatasaray, Anderlecht

Umugwi E: Bayern Munich, Manchester City, CSKA Moscow, Roma

Umugwi F: Barcelona, Paris St-Germain, Ajax, APOEL Nicosia

Umugwi G: Chelsea, Schalke, Sporting Lisbon, Maribor

Umugwi H: Porto, Shakhtar Donetsk, Athletic Bilbao, BATE Borisov