Serena Williams yatsinze Australian Open

Serena Williams atsinze Australian Open ubugira gatandatu Uwufise ububasha kw’isanamu Getty
Image caption Serena Williams atsinze Australian Open ubugira gatandatu

Serena Williams yatsinze ihiganwa rya tennis, Australian Open, mu rwego rw'abagore i Melbourne muri Australia.

Yatsinze Maria Sharapova kuri seti zibiri; 6-3, 7-6.

Serena Williams atsindiye ihiganwa rya tennis, Australian Open, inshiro zitandatu.