Man Utd 2 - 0 Sunderland

Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Ifoto y'igitego ca Rooney kuri penalty bakina na Preston

Igitsindo cinjijwe na Wayne Rooney kuri penalty cafashije Manchester United gutsinda Sunderland, inyuma y'aho Wes Brown avaniwe mu kibuga yitiranijwe.

Rooney yinjije igitego ku monota wa 66' inyuma y'ikosa ryakorewe Ramarel Falcao rikitirirwa Brown.

Vyatumye Wes Brown aca avanwa mu kibuga, ikosa ryasa nk'aho ryakozwe na John O'Shea, n'ubwo aba Sunderland bagumye basemerera ko habayemwo kwihenda.

Rooney yongeyemwo ikindi n'umutwe ku monota wa 84' igihe yaherezwa na Adnan Januzaj.