Tennis: Raphael Nadal yavuyemwo

Image caption Raphael Nadal

Umumenyereza wa Chelsea Jose Mourhino yari yagiye kurorera urukino rwa Nadal.

Biratangaje kandi bicishije bugufi cane Nadal, yariko yitegurira ihiganwa rya Wembledon, inyuma y'iryo rya Queen's.