Afrobasket 2015 yatanguye muri Tuniziya

Image caption Ibihugu 16 nivyo biserukiwe muri Afrobasket 2015

Ico kubanza catowe inyuma y'ibindi vyari vyateganijwe imbere, vyo ku nkengera z'amazi ahitwa Hamamet na Nabeul, vyahinduwe kubera ibitero biheruka aho muri Tuniziya.

Ibihugu 16 nivyo biserukiwe muri iryo higanwa.

Umurwi uzotwara igikombe uzoheza uronke n ikibanza mu nkino za Olympic zizonera Rio mu mwaka uza.

Imirwi itatu ikurikira uwo wa mbere nayo izoronka ikibanza mu zindi nkino z ijonjora za Olympics.

Raba hano ikirangaminsi c'inkino za Afrobasket 2015, zizoba hagati ya 19-30 z'ukwa munani 2015.

Umurwi A Umunsi wa 1 - kuwa gatatu 19 Nigeria-Centrafrique Tunisie-Ouganda Umunsi wa 2 - kuwa gatanu 21 Ouganda-Nigéria Tunisie-Centrafrique Umunsi wa 3 - kuw' Imana 23 Centrafrique-Ouganda Nigéria-Tunisie

Umurwi B Umunsi wa 1- kuwa kane 20 Angola-Mozambique Sénégal-Maroc Umunsi wa 2- kuwa gatandatu 22 Mozambique-Senegal Angola-Maroc Umunsi wa 3 - kuwa mbere 24 Maroc-Mozambique Sénégal-Angola

Umurwi C Umunsi wa 1 - kuwa gatatu 19 Egypte-Gabon Mali-Cameroun Umunsi wa 2 - kuwa gatanu 21

Gabon-Mali Egypte-Cameroun Umunsi wa 3 - kuw'Imana 23 Cameroun-Gabon Mali-Egypte

Umurwi D Umunsi wa 1 - kuwa kane 20 Côte d'Ivoire-Cap Vert Algérie-Zimbabwe Umunsi wa 2 - kuwa gatandatu 22 Côte d'Ivoire-Zimbabwe Cap Vert-Algérie Umunsi wa 3 - kuwa mbere 24 Zimbabwe-Cap Vert Algérie-Côte d'Ivoire

Inkino za 1/8 Kuwa kabiri 25 Uwa 1 mu murwi A - uwa 4 mu murwi B(1) Uwa 2 mu murwi D - uwa 3 mu murwi C(2) Uwa 1 mu murwi C - uwa 4 mu murwi D(3) Uwa 2 mu murwi B - uwa 3 mu murwi A (4) Kuwa gatatu 26 Uwa 1 mu murwi B - uwa 4 mu murwi A (5) Uwa 2 mu murwi C - uwa 3 mu murwi D (6) Uwa 1mu murwi D - uwa 4 mu murwi C (7) Uwa 2 mu murwi A - uwa 3 mu murwi B (8)

Inkino za 1/4 Kuwa kane 27 Uwatsinze 1/8 ya 1 - Uwatsinze 1/8 ya 2 Uwatsinze 1/8 ya 3 - uwatsinze 1/8 ya 4 Uwatsinze 1/8 ya 5 - uwatsinze 1/8 ya 6 Uwatsinze 1/8 ya 7 - uwatsinze 1/8 ya 8

Inkino za 1/2 Kuwa gatandatu 20 Urukino rwa nyuma. Kuw'Imana 30.

Inkino zose zizobera ku bibuga vya Rades