Leicester ku isonga rya shampiyona

Ikipe ya Leicester niyo iyoboye urutonde rwa shampiyona yo mu Bwongereza nyuma yo gutsinda Swansea 3-0 kuwa gatandatu.

Ugutsindwa kwa Manchester City na Stoke byatumye Leicester yambura uwo mwanya wa mbere iyo kipe.

Ubu Leicester ifite amanota 32, ikaba ikurikiwe na Arsenal ifite amanota 30 nyuma ya gutsinda Sunderland 3-1.

Naho ku mwanya wa gatatu haza Manchester City ifite amanota 29 nyuma yo gutsindwa na Stoke 2-0.

Manchester United iza ku mwanya wa kane nayo n’amanota 29 nyuma yo kunganya na West Ham 0-0.