Man United yatsinze Midtjylland mw'ihiganwa rya Europa

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty

Inkino zo gukuranamwo z’imigwi 32 muri UEFA Europa zabandanije kuri iri joro ryo ku wa kane.

Man United yatsinze umugwi wa Midtjylland 5-1, Liverpool bari ku kibuga cabo batsinze FC Ausbarg 1-0, Locomotiv Moscow na Fenerbahce banganya 1-1.

Mu zindi nkino, Schake04 na Shakt Donesk, Rapid Vienna itsindwa na Valencia 4-0, Lazio itsinda Galatasaray 3-1, Tottenham itsinda Fiorentina 1-0, Bayer Levkusen yatsinze Sporting 3-1, Atletico Bilbao banganya na Merseille 1-1.