Ibirwanisho
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umufaransa yategura ibitero kuri Euro 2016

Umugabo yatawe muri yompi kuva mu kwezi guheze, yafatanywe ubwihisho bw' ibirwanisho vyinshi.

Aregwa ko yariko ategura kugaba ibitero mu Bufaransa mu gihe c'inkino z'umupira w'amaguru z'igikombe ca Bulaya c'uyu mwaaka.

Uyo mugabo yamenyekanye mu binyamakuru vy'Ubufaransa nka Gregoire Moutaux, afise imyaka 25.

Igipolisi ca Ukraine kijejwe ipererza kivuga ko yashaka kugaba ibitero mu bibanza 15.