BBC Gahuza

Urupapuro rw'itangiriro > Imikino

CAN 2013: Nigeria yatwaye igikombe

Facebook Twitter Google+
8 Ukwa kabiri, 2013 - 18:12 GMT
Nigeria itwara igikombe cy'Afrika

Umurwi wa Nigeria watsinze igitero kimwe mu gice cya mbere cy'umukino, Burkina Faso inanirwa kukishyura bituma itwara igikombe cy'Afrika cy'uyu mwaka w'i 2013 mu mupira w'amaguru.

Nigeria yarimaze imyaka 19 idatwara iki gikombe.

Iyi mikino yaberaga muri Afrika yepfo.

Mali ejo yegukanye umwanya wa 3 imaze gutsinda Ghana ibitego 3-1.

Sangira

Email Facebook Google+ Twitter