Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Imvo n'Imvano 19/02/11

Imyivumbaganyo y'amahoro imaze kurimbura ubutegetsi bw'ibinani mu bihugu bibiri vyo mu majaruguru y'Afurika, guhera Tunisia, Algeria, Yemen, Egypt na Libya, ndeste na Barhain.

Muri Libya ubutegetsi buvuga ko abigaraganvya bakina n'umuriro.