UK: Ubwicanyi muri Woolwich

Ibiherutse kuvugururwa: 5 ukwa gatandatu, 2013 - 13:35 GMT

Media Player

Abasore babiri bishe umusirikare w'umwongereza warwanye muri Afghanistan ngo kuko yagiye kwica abayisilamu

Rebamp4

Kugirango ukine ibi JavaScript igomba kuba ifunguye kandi uburyo bushya bwa Flash player bugomba kuba buri muri mudasobwa yawe.

Koresha aha handi wumve

Umuvugizi wa leta ya Kenya yemeje ko Michael Adebolajo, umwe mu bagabo babiri bagirizwa kuba barishe umusirikare w'Umwongereza Drummer Lee Rigby i Londres kuwa gatatu uheze, yigeze gutabwa muri yompi n'abategetsi ba Kenya mu kwa cumi na rimwe 2010, aregwa kwifatanya n'umutwe wa Al Shabaab wo muri Somalia.

None abandi basore boba bakwegerwa gute mu ntambara ya Somalia, canke bateye izihe mpungenge?

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.