Gushingurwa ka Mandela
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Gushingura Mandela

  • 15 Ukw’icumi na kabiri 2013

Imva ya Mandela ipfukiriwe n'ibendera yashikanywe kw'itongo ry'abapfuye ry'umuryango wiwe nyuma y'umuhango mukuru wo kumusezera.

Abantu bashika ibihumbi bine n'amajana atanu baje kumusezera, umuryango wiwe hamwe n'abategetsi batandukanye bavuye hirya no hino kw'isi, bitavye uwo muhango wabereye i Qunu mu ntara ya Eastern Cape.

Aya ni amwe mu masanamu y'uwo muhango wagiye mu mateka.