Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Nik Wallenda ku mugozi hejuru ya Chicago

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty Images
Image caption Nick Wallenda

Umunye Amerika agira ku mugozi, Nik Wallenda , yashoboye kugira ku mugozi umatse hejuru cane mu muji wa Chicago, arorerwa n'ibihumbi vy'abantu.

Uwo mugabo w'imyaka 35 yashoboye guhuza imiturirwa ibiri ata kimutangira kiri munsi canke umugozi umufashe.