Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Wibuka ibyabaye muri 2014 muri Afrika?

Hari byinshi byabaye muri Afurika muri uyu mwaka; ubushobozi bwawe bwo kwibuka bumeze gute?

Muri ibi bibazo byateguwe na BBC Afurika, koresha amasegonda 60 ugerageze guha izina amakuru 20 mu makuru akomeye yateguwe na BBC Afurika muri 2014.

Aya makuru ntabwo akurikiranye uko yabaye.