Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Indege yaguye mu misozi ya Alps

Amasanamu ya Video yerekana ikibanza iyo ndege y' ishirahamwe Germanwings 4U 9525, yari ifise abantu 144 n'abandi bakozi 6.

Abajejwe gutabara bashitse kuri ico kibanza iyondege yaguyemwo.