_
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

AU ibona ata matora ashoboka mu Burundi

Image caption Imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca 3 imaze guhitana ubuzima bw'abantu

Umukuru w'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika avuga ko bidashoboka ko haba amatora mu Burundi kubera ibihe burimwo