Ntibishobora gukina mu cuma cawe

IS isambura imisigiti i Mosul muri Irake

Umugwi w'abarwanyi ba ki Islam, Islamic State, wagaragaye muri video usambura imisigiti mu muji wigaruriye wa Mosul muri Irake.