Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umunya Cote d'Ivoire, Yaya Toure, aganira na BBC

Umunya Cote d'Ivoire ukinira Manchester City yo mu Bwongereza, Yaya Toure, yaganiriye na BBC, akaba ari mu bahiganirwa agashimwe ka BBC k'umukinnyi w'umupira w'amaguru warushije abandi muri Afurika muri 2015.