donald trump
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ukwiyamiriza amajambo ya Trump ku ba Islam

Donald Trump, yiyamamariza ikibanza c'umukuru w'igihugu mu mugambwe w'aba republicain, asaba ko aba islam botakwemerwa kwinjira muri amerika yiyamirijwe cane ku mbuga ngurukanabumenyi za interenet.

Iyo mvugo yaranebaguwe cane, aho nk'umwanditsi Harry Potter yanditse ku rubuga rwiwe rwa Twitter ko Donald Trump ari umuntu mubi gusumba mbere Voldemort, izina rizwi muri cinema yo muri amerika.

Ariko hari n'abashimye ubutwari bwiwe mu gushikiriza ayo majambo.