Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Restora ya Eritrea, irusha izindi i London

Iyo wiyumviriye restora za mbere z'i London, ushobora kuba wibaza Claridges, The Ritz canke Ivy... rero... s'uko bikiri kuko Blue Nile, restora ifiswe n'umuryango w'abanye Eritrea, iri mu karere ka Woolwich mu bumanuko bushira ubuseruko bwa London, yatowe nka restora ya mbere n'urubuga TripAdvisor. Sewa Hagos hamwe n'abahungu biwe batatu batanga ivyokurya kama hamwe n'agatima keza bakirana abantu. BBC yarahishikiye iraba uko vyifashe.