_
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Yamaze iminsi 3 mu bihomoka ari muzima

Inyuma yo gusiduka kw'amazu yazibiranije abantu mu bihomoka mu muji wa Shenzhen, hari umwe yatowe agihumeka amaze iminsi hafi itatu.

Umusore w'imyaka 19 yari yafuriranywe munsi y'ibivu n'ibindi bisakamburira vyinshi igihe inyubakwa zasenyuka.