Cologne:ibitero ku bagore n'abakobwa
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Cologne:ibitero ku bagore n'abakobwa

Abagore n'abakobwa bagera kw'ijana baribasiwe ku munsi mukuru wo guhimbaza umwaka mushasha, mu muji wa Cologne mu Budagi.

Bamwe bavuga ko bakorewe ihohoterwa rifatiye ku gitsina abandi baribwa ivyabo.