Uruhigi rw'abagurisha abantu
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Uruhigi rw'abagurisha abantu

Igipolisi co muri Espagne cafashe umurwi munini w'abantu badandaza abandi mu kinyegero ku mugabane wa Bulaya.

Mu makuru batangarije BBC, abapolisi ba Espagne bavuze ko ibibuga vy'indege vy'Ubwongereza bikomeje gukoreshwa nk'ubwinjiriro ku mirwi idandaza abantu mu kinyegero ku mugabane wa Bulaya.

Imirwi ikorera muri Afrika, mu buraruko bwa Amerika no mu Burasirazuba bwo hagati ndetse no ku mugabane wa Bulaya, itwara abantu bagera mu bihumbi barimwo abagore bakoreshwa uburaya ku nguvu.