Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ubucuruzi bwa Affiong Williams

Affiong Williams, umukenyezi wo muri Nigeria, yashinze uruganda ruhingura rugacuruza ivyamwa.

Intumbero yiwe n'ukwagura urwo rudandazwa kugeza aho agera ku burimyi bwo mu rwego ruteye imbere, butez'imbere n'igihugu ciwe.

Mu gice kigira kane c'ibiganiro vya BBC ku bagore yatoranije nk'imboneza ku mugabane wa Afrika, Affiong Williams arasobanura intego yiwe.