BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Ni ibiki birimo kuba i Bukavu?
Kuri iki cyumweru, hagati no mu nkengero za Bukavu habonetse imirongo miremire bivugwa ko ari iy’abarwanyi ba M23, mu gihe FARDC ivuga ko ari yo igenzura uyu mujyi.
Ndayishimiye avuga ko igitero c'Urwanda ku Burundi' ari nkaho kitakibaye
Abategetsi b'Urwanda ntibigeze batangaza ko iki gihugu kizotera Uburundi, kandi ntaco bishuye ku majambo yatangajwe na Ndayishimiye mu ntango z'iyi ndwi.
Ingene nashize ahagaragara ikinyoma cya MI5 ku bugizi bwa nabi bw'intasi yayo
Urwo rwego rw'umutekano rwishizemwo ko umumenyeshamakuru wa BBC Daniel De Simone ata vyemezo yari afise. Ivyo yari yagiye arandika, ubutumwa bwa email n'amajwi yafashe vyaberetse ko babeshe.
AFC/M23 yasabye abatuye i Bukavu kwishyiriraho abategetsi
Abarwanyi ba M23 baragenzura umujyi wa Bukavu kuva mu ijoro ryo ku wa gatanu, nyuma y'uko abategetsi n'ingabo bahunze.
Uko M23 'yafashe' umujyi wa Bukavu 'nta mirwano ikomeye' ibaye
Amasoko atandukanye yemeza ko uyu mujyi wafashwe nyuma y'uko ingabo za leta n'abategetsi ba Kivu y'Epfo bahunga, M23 ikinjira i Bukavu nta mirwano ikomeye ibaye.
Uwaregaga Jay-Z na Sean Diddy ko bamufashe ku ngufu yaretse ikirego cye
Mu itangazo, Jay-Z yavuze ko iki kirego cyateye ihungabana kuri we, umugore we, n'abana be hamwe n'abakunzi be.
Amajwi, Imvo n'Imvano: Divin na Jesus mu gikorwa co kwibutsa no kwigisha ururimi kavukire mu ndirimbo i Buraya, Umwanya bimara 59,00
Divin Bandura hamwe na Jesus Marie Joseph Kabyinabuhiye, bashinze umurwi witwa Green Lions.
M23 yafashe ikibuga c'indege ca Kavumu mu buseruko bwa RDC
Umuhari M23 wafashe iki buga c'indege ca Kavumu mu gihe amakungu akomeza guhamagarira Urwanda kuva mu buseruko bwa Congo, imopande zirwana zigasubira mu biganiro vy'amahoro
Amajwi, HRW isaba abafite Goma gufata impunzi bya kimuntu, Umwanya bimara 3,02
Mu itangazo, Human Rights Watch ivuga ko abaturage babarirwa mu bihumbi bahatiwe n'umutwe wa M23 kuva mu nkambi bari bahungiyemo kandi bakorewe ibyaha by'ubugome
Red No. 3 Dye: Sobanukirwa iri rangi ritemewe henshi mu bifungurwa
Red No. 3 turisanga mu bifungurwa birenga 3000 bashaka ko bigaragara neza.
Delcat Idengo umuririmvyi yanebagura reta ya Congo yatowe ikiziga i Goma
Umuririmvyi Delcat Idengo, azwi cane mu ndirimbo ziwe zinebagura reta ya Congo, yari yahagaritswe kuva mu mwaka uheze, yatowe ikiziga i Goma.
'M23 yategetse abateshejwe izabo gusubira mu mihana yabo ku nguvu i Goma' - Human Rights Watch
Amategeko mpuzamakungu agenga n'imigwi igwanira mu buseruko bwa Congo, arabuza ko abasivire birukanwa aho bari kiretse ari ku mpamvu y'umutekano wabo canke za gisirikare.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
F1 'ikurikiranye' intambara muri DRC n'impungenge kuri Grand Prix mu Rwanda
Formula 1 ivuga ko irimo "gukurikiranira hafi" intambara mu burasirazuba bwa DR Congo bigendanye no kuba u Rwanda rwarasabye kwakira Grand Prix.
Umwami wa Yorodaniya yanse umugambi wa Trump wo kuvana Abanyapalestina muri Gaza
Umwami Abdullah yiyamirije umugambi w'uko abanya-Gaza bimurirwa mu bihugu bibanyi harimwo na Yorodaniya.
M23 'yafashe Kalehe centre na Ihusi', FARDC iramagana guhonyora agahenge
Imirwano yatumye abaturage ibihumbi bahungira mu byerekezo bitandukanye birimo ku kirwa cya Idjwi mu kiyaga cya Kivu, abandi berekeza i Bukavu.
Nyuma ya Tshisekedi, abakuru ba Kiliziya Gatolika n'Abaporotestanti babonanye na M23
Mu cyumweru gishize aba banyamadini bakiriwe na Perezida Thisekedi bamuha 'umushinga wo gusohoka mu ngorane', bavuga ko yawakiriye neza.
DR Congo: Umurwi w'abitwaje ibirwanisho wagandaguye abarenga 50 muri Ituri
Umuvugizi w'igisirikare muri iyo ntara, Jules Ngongo, avuga ko abasirikare bagerageje gutabara ariko ko bahashitse akaba kabaye, ataco bagikiza.
Rwanda: Imisoro ku nzoga n'itabi igiye kuzamurwa na telephone zishyure umusoro wa TVA
Izi mpinduka zisobanuye ko telephone yaguraga 100,000 Frw ishobora kuzamuka ikagera ku 118,000Frw cyangwa hejuru yayo gato.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Ibiganiro bya radiyo
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango












































