Impapuro z'igiko Mossack Fonseca zirabivuga

Impapuro zabonetse mw'ibanga z'igiko co muri Panama, Mossack Fonseca, zerekana ukuntu abakire bo kw'isi banyegeza ivyo batunze.