Urucanco rusha rushobora guca burundu ubukangwe

Urucanco rusha rushobora guca burundu ubukangwe

Ibihugu birenga 150 kw' isi vyatanguye gukoresha urucanco rusha rw'ingwara y'ubukangwe.

Urwo rucanco rurinda ubwoko bubiri busigaye bw' umugera utera ubukangwe, bizeye ko ruzofasha guca burundu ubukangwe mw'isi