Amariba n'inzuzi vyo mu Buhindi biriko birakama

Mu gihugu c'Ubuhindi uruzuba rumaze igihe rwatumye amariba n'inzuzi bikama, abantu benshi bibaka bibagora cane kuronka amazi