Imyaka 30 iraheze impanuka Chernobyl ibaye. Hasa hate?

Imyaka 30 iraheze impanuka Chernobyl ibaye. Hasa hate?

Nyuma y'imyaka 30 impanuka ya Chernobyl ibaye, imishwarara ya nucleaire igakwira mu kirere igahitana ibihumbi vy'abantu, naho ako karere kabujijwe, hari abajayo kuhatembera binyegeje.