Umukuru wa Mitsubishi yatanze imihoho

Ahavuye isanamu, AFP
Umukuru wa kompanyi ikora imiduga ya Mitsubishi, Tetsuro Aikawa, agiye gutanga imihoho
Kompanyi ya Mitsubishi yatangaje ko uwahora ayirongoye, Tetsuro Aikawa agiye gutanga imihoho mu gihe yagirizwa ububeshi ku bipimo vy'amavuta bumaze imyaka irenga mirongo ibiri.
Inyuma y'aho ubutunzi bw'iyo kompanyi bumanukiye gushika musi y'ibice 50, kompanyi y'imodoka ya Nissan yaciye yemera gufata ibice bike.
Mu kwezi kwa kane, Mitsubishi yaremeye ko yagize ububeshi ku bipimo vy'igitoro mu myaka 25 iheze.
Kampuni ya magari ya Mitsubishi imetangaza kuwa rais wake Tetsuro Aikawa atajiuzulu wakati ambapo kampuni hiyo inakabiliwa na kashfa ya udanganyifu wa vipimo vya mafuta kwa miongo kadhaa.
Baada ya hisa za kampuni hiyo kuanguka kwa zaidi ya asilimia 50,kampuni ya magari ya Nissan iliingilia kati ili kuchukua udhibiti fulani wa hisa.
Mnamo mwezi Aprili,Mitsubishi ilikiri kufanya udanganyifu wa vipimo vya mafuta kwa kipindi cha miaka 25 iliopita.
Ahavuye isanamu, Getty Images
Ubwo bubeshi buzotuma izina ry'iyo kompanyi ryononekara yongere irihe n'ihadabu
Muri ico gihe nyene, iyindi kompanyi yo gukora imodoka ya Suzuki yaremeye ifise ingorane mu bipimo vy'ibitoro ariko irahakana kugira ububeshi ubwo ari bwo bwose.
Iyo kompanyi ivuga ko basubiyemwo kuraba neza basanga imiduga yabo 16 ntiyakurikije amategeko y'iyo kompanyi, ariko ivuga ishimitse ko ibipimo bishasha vyerekanye ko bidakenewe kwirigwa barahindura ibikoresho vyabo.