Imvo n'imvano ku macakubiri muri RNC
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Iimvo n'imvano ku catumye gucanamwo mw'ihuriro RNC

Ihuriro Nyarwanda RNC ryacitsemwo ibice, aho uruhande rumwe rwiyise New RCN ruyobowe na Theogene Rudasingwa rwikuye kuri uwo mutwe.

Izi mpande zivuga iki ku mpamvu zatumye batana?

Abo bahora bakorana bari mu yindi mitwe itavuga rumwe n'ubutegetsi bwa Kigali, bo babivugako iki?

NI mu kiganiro imvo n' imvano co kuri uyu wa gatandatu, 09/907/2016