Amajana y'abana badaherekejwe "mw'ishamba" rya Calais

Amajana y'abana badaherekejwe "mw'ishamba" rya Calais bashaka kuja mu Bwongereza, leta y'ico gihugu ikavuga ko abafiseyo imiryango izobazana.