Abari bacumbitse Calais batanguye kuhakurwa

Abimukira batonze ku mirongo batekanye, aho imodokari za bisi zigera ku 60 zibavana zibajana mu bindi bibanza.

Umunyamakuru wa BBC Mohamed Madi, yiriwe Calais, raba ivyo yabonye.