Ati nanje ndanyonga iyanje!
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umwana yahuriye igikinisho c'imodoka mu zindi nyinshi

Amashusho yagaragaye kuri tereviziyo yerekana imodokari nyinshi zica hirya no hino umwana ariko agendera ku gakinisho kiwe k'imodoka.

Uwo mwana w'imyaka itatu yakomeje urugendo kugeza polisi ije kumutabara.

Ariko ntaco yabaye.

Raba hano.